Émission spéciale avec les rebelles burundais (vœux pour 2017): « La réunification des Mouvements politico-militaires est déjà une réalité »

Émission spéciale avec les rebelles burundais

Vœux 2017:  » La réunification des Mouvements politico-militaires est déjà une réalité »

Avec le Général WAGENZE Jimmy Cobra (MPL-INDARANGAVYE), le Général NYAMBARIZA Didier (PRM-ABARUNDI), le Colonel IRUMVA Emmanuel (MPRD-INTARE) et Monsieur NDIZEYE Georges (UPR).

bruit-des-bottes-au-sud-du-burundi

8 commentaires sur “Émission spéciale avec les rebelles burundais (vœux pour 2017): « La réunification des Mouvements politico-militaires est déjà une réalité »

  1. Twaraterereye kuva muri printemps 2015 ngo décembre 2015 ntizoshika tutarataha none 2017 irashitse tukirindiriye! Iyo mihimbiri yose ngo ni ba « colonels/généraux » bashaka amahera birira, mwishamba harababa. Baze babanze bigire kuyandi ma mouvements de libération bareke kubandanya basongora diaspora. Mugihugu l’environnement leur est hostile kuko bazobagira nk’abagiye, ariko rero bahagarike guha ama faux espoirs abobashigikiye, bemere ko bitoroshe. Ivyo gushaka gufatanya amase mashasha n’ayumye (coalition) muguhoma inzu navyo murazi ko bidakunda. Muri make rero, inzira iracari ndende … Imana ifashe Uburundi.

    J’aime

  2. Nyakubahwa CIRAMUNDA Richard,
    Twarakwirikiranye abo bose bipfuriza abarundi umwaka mwiza n’amahoro.
    Jewe rero har’ibibazo ntabonera inyinshu.
    1)Tuzogira umwaka mwiza n’amahoro gute kand’ ababitwipfuriza bariko baratukana, abandi nabo bariko baragwanisha inkoho n’amagrenade?
    2)Mbega projet de société yabo n’ugukurakuranwa k’ubutegetsi gusa ?
    3) Mbega tuzotezwa imbere n’amajambo yo kuvugana nabi no gutukana gusa ?Ibikorwa birihe ?
    4) Kubere iki abo bose batwipfuriza umwaka mwiza n’amaohoro, batumvikana ku vyotuzanira amahoro (sur l’essentiel pour la nation )? N’ukuvuga kw’atavyo bazi ? Nimba babizi ntibabikore,ntibumvikane, botwipfuriza amahoro gute ?

    J’aime

  3. Basha turarushe! Nimwimvukane hama abarundi bo muri diaspora tuzobashigikira. Ariko nahanura ko ata mugwi wigenga dusubira guha nurumeya. Nukuri vous allez rendre compte, n’oubliez pas qu’on a vos réçus mutubwira ko dutashe mu mezi make, c’était en juin 2016. Bikenewe nama.audio mwadusigurira turayafise….alors yaco muryana muri bamwe mufise igikorwa kimwe. Jewe sinihisha, aho turi twarahagaritse gutanga kugeza mugiye hamwe…Imana utabare uburundi yemwe.

    J’aime

Laisser un commentaire