PARCEM constate des irrégularités dans l’obtention du permis de conduire biométrique

PARCEM constate des irrégularités dans l’obtention du permis de conduire biométrique

001 18052017 130648002 18052017 130705

Publicités

5 commentaires sur “PARCEM constate des irrégularités dans l’obtention du permis de conduire biométrique

  1. Birababaje, ejo uyo ngo ni Porte Parole w’igipolisi vyaragaragaye ko yabivugana ibimaramare mu gusigura ko permis irihwa 50.000 hanyuma irya societe vyitwa ko izikora nayo igatwara 50 mille. Ariko barabonye ko abarundi turi ababono. Irya permis n’imiburiburi yari kuba bayemprima ku mafaranga igihumbi. Gusa ico tubona ni ubunyonyezi bw’abategetsi ba kino gihugu baguma bakora, ariko ndibaza ko imisi y’igisuma iharuwe.

    J'aime

  2. Nayo Nkurikiye yarabonye ko abarundi twese turi ibihwiji mu gusigura iyo amwe yose aja. Ngo muri loi budgétaire harimwo 50.000 comme recette. None budget y’Uburundi yerekana recette gusa ntiyerekana dépense? Nagira bari kwerekana recette ya 100000 azogurishwa permis hanyuma muri rubrique dépense bakerekana 50000 azorihwa la compagnie izikora. Uwutwara PARCEM ndazi ko aciye ubwenge, nibaza ko atazemera ico gitutsi ca Nkurikiye ku bantu bize comptabilité.

    J'aime

  3. Kirazira ko abapolisi batanga permis de conduire. Ako kazi n’akaministère ou toute autre entité parastatale Leta yoshiraho. Akazi k’abapolisi n’ako kuraba ko abagendesha imiduga bafise ivya ngombwa.

    J'aime

  4. Ni vyiza kubanza gusoma amategeko yose. Iyo PARCEM abanza agasoma itegeko nshikiranganji rishiraho permis de conduire biométrique yari kubitahura neza.

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s