L’honorable NZOBONIMPA Manassé dément le contenu de l’article du journal IKIRIHO

Manassé NzobonimpaKUBESHUZA IKINYAMAKURU CA NKURUNZIZA CITWA IKIRIHO

Mmbanje kuramutsa abanywanyi banje, abakunzi,incuti nabagenzi aho bari hose.

Abazindutse basoma ibinyamakuru bica ku ngurukanabumenyi,aho ikinyamakuru ca Nkurunziza cazindutse kiriyamamura cemeza ko mu gisagara citwa NYAMATA mu gihugu c’Urwanda ko habereye inama ngo yo gushinga umuhari urwana ngo witwa CMAP.

Ico kinyamakuru kikemeza ko jewe nabandi mwabonye ko twahakoreye inama yo gushinga ico kintu bise CMAP….

Nkaba nshimye kumenyesha abakunzi,incuti n,abagenzi baba abo dusangiye urugamba rwo guharanira amahoro,demokarasi,agateka ka bose ko ari ibinyoma vyambaye ubusa ata kuri na gutoya kuri mwiyo nkuru yazindutse ikwiragizwa nico kinyamakuru IKIRIHO.

Nkaba nshimiye abo bose bazindutse bagitera ivyatsi.

Nkaba nkebuye IKIRIHO ndakimenyasha ko covuga ukuri ku ngorane abagituma bifiriye bareke kuzivanga nibinyoma na kare ngo ikinyoma kimara umusi ntikimara umwaka.

Manassé Nzobonimpa

Publicités

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s