7 commentaires sur “Image du jour: Le Président burundais entouré de Miss Burundi et ses dauphines

  1. iyo umuntu atagishira importance ku gushaza,vyerekana ko aba ashitse ku rwego rwo hejuru. bling-bling est reservé aux bas-esprits ariko jewe nari kunezerwa yo yambara urubega à l’instar de Mwezi Gisabo.

    J’aime

  2. Mubarundi basigaye, ntawomwigisha kwambarira Camera ga yemwe? Nahora nibaza ko afise uwo yizigira ngo amuhanure uko yambara none mbona umengo nta n’umwe afise.

    J’aime

    • Pauvres burundais, Nkurunziza n’a pas de leçon d’habillement à recevoir de toi, tu devrais plûtot t’occuper de tes propres affaires car à ce qu’il parait c’est la jalousie et la haine qui te fais parler.

      J’aime

  3. Ariki hari ibinyamakuro bitwenza pe!!!. Aho rero waronse ivyo u publia? Ivyo babishira kuri Facebook. Nous avons besoins des idées et non pas des événements car nous sommes les esprits d’élité, et les évenement état réservés aux esprits moyens, à l’esprit qui reste j’en dis rien. Be mwandika inkuru nkoramutima, izo nazo zikaba ari izihuye n’ibiraje ishinga abarundi besnshi.

    J’aime

Laisser un commentaire