Pourquoi les gens du Mugamba habitent à Musaga plutôt qu’à Buyenzi ? (blague)

95983659Umugabo umwe yavuye mu Mugamba aronka akazi k’izamu muri regideso aca yiganira mugenziwe ati : « n’ubwo naronse akazi inzara igiye kunyica nta giswahili nzi kandi aho bagurira indya ntahonzi » .

Mugenziwe aca amugir’inama ati: « Uze urabe ahantu hari akarido uce winjira ubaze uti hariki? Bazodondagura, ikirundi baracumva yamara kibagora kwishura; uzoce ubabwira uti nipe vya 500. »

Wa mugamba aca akurikiza impanuro. Yinjiye ahari irido asanga bariko bakina urubugu n’ikarata, hari n’aba mama banini banini bicaye ku mukeka ati : « har iki ? » Umu mama umwe amwishura ati: « pako kiliyo baba ». Wa mugamba ati: « nipe ca 500 »

Ba bakecuru bava hasi ibitenge barata bahitana imidahara ngo bamukubite ariruka, aca ararahira kuzosubura gusaba indya mu Buyenzi.

Nico gituma abagamba bamanutse baba kumusaga bose.

Advertisements

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s