Des hommes armés non identifiés ont attaqué le Rwanda et se sont repliés au Burundi

Des hommes armés non identifiés ont attaqué le Rwanda et se sont repliés au Burundi

BDI RWA 12032017 121406

Publicités

6 commentaires sur “Des hommes armés non identifiés ont attaqué le Rwanda et se sont repliés au Burundi

  1. Ariko Mana! Umwana de 12 ans yishwe hama umuntu agatwenga! Ikindi nokubaza ga Miburo we, Kubaza aho bateye bava nkuko umenga hari uwariko abarereka! Iyo babona iyo baje bava ho ntibica abantu batagerageje no kubivuga! Kazima babonye iyo baciye bajana bahejej kwica! Aho rero ntutwenge ngo wisubirize kuko naho boba atari Abarundi babishe kubona bahungiye iBurundi bahejeje gukora amaraso birakomeye ! Ico nikintu gikomeye kiza kuraza ishinga abazi imigenderanire hagati yibihugu na securité hagati yimipaka.
    Nawe bandanya witwengera niwaruha uraruhuka wawa.

    J'aime

    • Hhhhhh,Reka nongere nseke, tout au moins weho ntutukanye.Effectivement intumbero iraboneka,aho bavuye ko hatazwi ariko aho bagiye ko hazwi objectif iciboneka, ce n’est pas la première fois et la dernière fois,on les attend,tubahaye Karibu yewe nawe ushaka uze ubashe beze gutera igihugu cawe nabonye ivyo wanditse atakinyarwanda kirimwo.Hhhhhh ni Karibu uhitane na minot,hhhhhhhhh

      J'aime

  2. Hhhhhh, birasekeje kabisa!imipango yomuri onu,ua,eac,ibihano vyubutunzi vya union européenne(article 96 des accords de Cotonou),rébellion zomu rwanda,general nyambariza, sindumuja, kaneza carine……biranse none ngo abateye u rwanda bahungiye i Burundi ? Suma murenga na rusama yaradusize muri 2015(coup d’État).kobatatubwiye aho abo bateye bazananye? Ewe Burundi twagorwa! Rfi ngo je cite «le Burundi est plongé dans une grave crise…..»none nabo ngo abateye u rwanda….!hhhhhhhhh.birasekeje kabisa.kuduhanga nuguta umwanya nibatuze, bamere nkaba Mazina bariko barahembwa «ubushimwe» hhhhhh! Ngejeje aha

    J'aime

      • Hhhhhh,ahubwo nawe nari kukubaza nti uwomujinya uwutewe niki?gutukana ntaco bimaze burya ntawutobishobora.hhhhhh ndongeye ndashinye komeza utukane ndazi bene mwebwe c’est pas facile de vides vos sacs,hhhhhhhh

        J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s