MINANI Jean exclut du « CNARED » deux anciens vice-présidents (communiqué)

MINANI Jean exclut du « CNARED » deux anciens vice-présidents

cnared-31012017

Advertisements

8 commentaires sur “MINANI Jean exclut du « CNARED » deux anciens vice-présidents (communiqué)

  1. Ahasigaye muhagarike kuguma muhuma amaso amakungu ngo mufise ivyo muharanira kandi atakindi mushira imbere atari inyaga zanyu ! ! ! ! !
    Namwe muzoteba mubibazwe, naho mwama muvuga ngo abariko barica abanyagihugu bazobibazwa ! ! ! !

    J'aime

  2. Har i n’igihe abo barundi bicwa vyoba biva kuri iyo CNARED nyene ibicisha kugira ironke ico ivugirako.
    Vyoba vyiza ko iyo CNARED ataco imaze atari ukwicisha abo ituma, yozimangana définitivement

    J'aime

  3. Je ne suis pas membre du cnared mais doit donne un conseil a nos citoyens qui font partie du Cnared
    Ejobundi nta kwezi guheze Jacque Bigirimana yavuze nkubizi ko ata misi isigaye Cnared itasambutse none raba
    Mbega vyarankiye Abarundi kuja hamwe ngo mukize Abarundi bariko baricwa Ukwo kutaja hamwe n ukutumvikana ku ngingo mufata nico gituma Nkurunziza azoguma yica abantu kandi agume ho atawumukoma
    Birababaje kuko mutanze inguvu ku bicanyi no ku Bihugu bimushigikiye Ndabahanuye kwibuka amabi Abarundi barimwo muheze mukore ku neza yabo ntimutukwe kwiyumvira IBIBANZA mugabo Ineza
    yabo mugwanira Murakoze

    J'aime

    • Mbega yemwe abashingantahe baroye he ? Murakenyeye muryane ataco mupfa ? Ko mbona mwese musangiye ubuhungiro, ntimwoja hamwe mukubaka mukadufasha kuva muri aya makuba. Twari tuzi ko mugiye kworosha ibintu none raba ivyo mukoze. Twohanura MINANI Jean ngo areke kwiyambika ibara kuko abo akuyemwo nibo nyabuna bomufasha gutunganya neza iyo CNARED kuko barabishoboye. Reka gupfa ubusa ahubwo murabe ingene igihugu cokira. Kwari ukubakebura.

      J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s