Les histoires sales inventées de toute pièce sur ma famille ne m’empêcheront pas de continuer mon travail dixit CIRAMUNDA Richard

A la demande de la famille CIRAMUNDA-DELVAUX Richard, nous publions ce pamphlet qui est en large diffusion sur les réseaux sociaux. Monsieur CIRAMUNDA Richard nous l’a envoyé pour diffusion avec ce petit post-it : « Les rumeurs et les mensonges concoctés pour déstabiliser ma mission qui est d’informer les burundais et leurs amis sur la vie du pays, ne m’affectent en aucun cas. Je n’arrêterai jamais. Plutôt ça me donne encore plus de force. Mais je ne vais pas vous laisser sans en rire un peu. Depuis quand Alain est devenu mon petit frère. Il est mon ainé de deux ans. Naho mwofyorogota ivyo mushaka ba mubanza gutohoza gato. Akabi gatwengwa nkakeza. Que ceux qui me connaissent jugent de la véracité de ce pamphlet. »

Voilà le pamphlet en question … Signé Adrien RUGAMBARARA

La Rédaction

capture-plein-ecran-06012017-145000

Publicités

16 commentaires sur “Les histoires sales inventées de toute pièce sur ma famille ne m’empêcheront pas de continuer mon travail dixit CIRAMUNDA Richard

  1. Kutamenya Imana niyo MPANUKA IKOMEYE m’ubuzima bw’umuntu. Mwosenga mukuri, atari nka vya bikorane biyegeraniriza abasambanyi, abasuma, abicanyi n’izindi nkozi z’ibibi … , bagaca bizanira ABAVUGABUTUMWA b’ibinyoma batavuga icaha batera amashurwe gusa, ICAHA kigasasigwa indava, bakamara iyinga basenga hari isinzi ry’abantu ntihagire n’umwe arokoka y’ihanye… Mwosenga rero mutameze nk’abo mwobona UKUBOKO KW’IMANA.

    J'aime

  2. Abo « towners » barasaze. Barusha aba beau. Mbe nyene mumaze iki KO nubundi tuva ruguru tugatwara igisagara muhari mbere iyo mutahabona Gaston nigihugu tugitwarira i Buja.

    J'aime

  3. En tous cas, sivyiza ko yavuze ivyerekeye umuryango wa ciramunda. mukwubaka ntabwo wosambura urugo rwa naka ngo ugira wubake rwawe., ntibikunda. mugabo na Adrien nibaza ko mutomucira umuriro kuko origine yavyo mwobanza mukayimenya neza, nikuki atavuze umwe muri mwebwe mwanditse kuriwe. nibaza kugira twubake neza. avant d’attaquer comme ça, il faut d’abord savoir l’origine du conflit entre les deux individus. hama mugahanura abo bantu haguca urubanza utazi inkomoko yamatati. merci

    J'aime

  4. Ah quelle honte !!!!!!!
    Les nouvelles technologies de l’informations et de la communications ont été conçues pour promouvoir le développement par la communication et le transfert des données. Mais nous (burundais) nous en faisons un moyen de dénigrer et d’insulter les autres jusqu’au niveau familial. Après on parle de dialoguer, mais dialoguer commence par le respect de celui avec qui vous voulez aller dialoguer. Comment pouvez-vous aller dialoguer avec celui que vous insultez avant de le rencontrer ?

    J'aime

  5. Je ne comprend pas pourquoi Bujumbura-News laisse publier des insanités de ce genre. Pourtant on m’a déjà censuré pour beaucoup moins que ça. Je vous demande, s’il vous plaît de sortir cette saleté de notre site.

    J'aime

  6. Yoooo…birateye isoni nukuri….oya basha nimuve murizo ndyane, birababaje. Je ndumuvyeyi wu mu maman abaruta, kandi ba Rugambarara ndabazi, ba Alphoncine, na Jean Paul mwese ndabibuka Muri abana. Ntimucafuze izina rya mutama Ruhambarara yari umushingantahe ashitse, yahuza abantu, ntiyigeze atukana…nivyo mupfa mwobiyagira en privée, twe ntavyo dukeneye kwumva, ntanico bitumarira, ntanico bimaze.
    Ariko ga yemwe, mwana wanje Adrien, impari z’amazu zamyeho, natwe kugatumba twagabuye duciye muri sentare igihe ca Bagaza, ivyo rero vyameho nizokwamaho kuko abavukana ntibasa. Bamwe Baja muma émotions abandi bakaja muri côté pratique, ariko rero ivyo sivyo kuvugira ku mbuga kuko affaire familiale c’est sacrée, nukuri ntimusubire.

    J'aime

  7. Heureusement que tout ce vous racontez cher Sieur RUGAMBARARA n’est en aucun cas retenu comme une infraction pénal. Ce n’est que des rumeurs de cabaret.
    Je conseillerai à Monsieur DELVAUX de porter plainte pour plusieurs motifs que je ne citerai pas ici. Ce serait une honte de laisser passer cet impaire. Je reste à votre disposition. Merci.

    J'aime

  8. Amahoro, jewe mwese murabagenzi. Narigeze guhanura mwanditse ibintu nkibi, nubu nohanura kandi Adrien ko twokoresha izi réseau social mukwubaka kuko aho uburundi bugeze, dukwiye kwegerana.
    Kuvyerekeye ko Ciramunda atanga inkuru za cndd-fdd n’uburenganzira bgumwuga wiwe, car dans la déontologie professionnelle, le journalisme est apolitique ! Mpora mbona acishako na opposition nka ba Honorable Radjabu Hussein naza société civile nkaba Mbonimpa, ba Maggy n’abandi! Je trouve que c’est plus professionnel même.
    Muri make, mugomba guharira ivya politique c’est votre droit, ariko mureke ivy’imiryango SVP!

    J'aime

    • Ikibabaje gusumba ni uko uwo RUGAMBARARA Adrien ivyo avuga kuri Richard yibaza ko ari vyo. Kubera abibwirwra nabamurusha ico nokwita manipulation. Ariko Adrien yarakwiye gusoma neza buja news, yobona ko ce site ari apolitique kuko iri ouvert à tous, pouvoir , opposition radicale, societé civile, artistes…..

      Ninaco gituma mubona isomwa na benshi kuruta izindi sites d’infos sur le Bdi.

      J'aime

  9. Mon Dieu! Que de conneries de la part d’Adrien. Jewe turabana mumuji umwe, ntitwarituzi ko aja kuri clavier yanyoye urumogi. Mbe burya umwe muvukana yirasa nurusase mu mutwe, umwe yarafise ijisho rimwe??? Aha uwotangura kwinjira mubuzima bgaza famille vyodushikana he?

    J'aime

  10. Nibiterasoni umengo naba congomani. Ubuntu n’ubushingantahe bg’abarundi ntibgemera ko twinjira mu nkuru z’umuryango, aho twokwimba kwa Rugambarara twosanga bimeze neza??? Ivyo bintu abantu mubegereye mubabuze nibitesha agaciro abarundi. …

    J'aime

  11. Abantu nkabo ba Adrien Rugambara nibo ba randa notre lutte antipathique. Kuko tuyagira hamwe abantu baca bibaza ko twese tumeze kawe. Il faut se désolidariser de ces idiots batoba notre lutte. Honte à toi Adrien !

    J'aime

  12. Ariko mana yanje uyo munwarumogi Adrien niwe ashobora kwandika amadahwe nkayo. Uyo ntazi icarico Umuryango. Amaraso yasheshe niyo atuma ata umutwe. Ama claviers ya ordinateur bari bakwaye kuyashirako akantu kabuza abantu banyonye urumogi kwandika.
    Komera sha CIRAMUNDA ntuteshwe niyo mihimbiri. Merci pour les informations uduha. Imana Ikuzigame.

    J'aime

    • Hari abavanga amasaka n’amasacramentu, ubu biroroshe kwandika ariko ntibirekuwe kwandika n’importe quoi. Akaranga n’ubuntu vyamye biranga abarundi, tugomba kubizigama. Abandika bagomba Kugosora ivyo bandika, imiguruka bagata kucavu. Ntawudafise ivyo bomuvugako, Ntamwonga ubura Isato iba idahizwe. Uyo muntu atuka abantu canke akabatyoza, ategerezwa gukubitwa intahe mugahanga, agatanga inzoga mu Bagabo uko vyamye, ahandiho azoba igicibwa mu bantu. Ntazoronke ibanga ryo Kwatirwa mu Bagabo, azoguma ari Umukungu. Uburundi ntibwigeze bugwa Mwisanganya, Umuganwa Rudoviko RWAGASORE niwe yaciye uyo mugani, yongerako avuga ati: Imihimbira hamwe Nibiburandero, bazohanwa bimwe bikomeye. Giringingo n’Ijambo Barundi!!!

      J'aime

      • Tiens bon Richard, va tjrs de l avant . Tu fais un bon travail c est pourquoi toutes ces attaques.
        Que Dieu protège ta chère famille.
        PARDONNE LEURS….

        J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s