4 commentaires sur “Manifeste du MORENA (Mouvement Républicain pour la Renaissance de la Nation)

  1. Pourquoi pas un autre projet politique que ceux des traditionnels! Après analyse en profondeur, on verra … Dans tous les cas, cette proposition du MORENA mérite attention et analyse. Ce sont ces dernières qui décideront du positionnement de chacun.e

    J’aime

    • Morena propose une alternance éthique à la tête de l’état et une répartition de 50% de HUTU et 50% de Tutsi dans tous les échelons du pouvoir. Le mieux serait de faire un recensement ethnique. Dusanze abatutsi ari 95% de la population boca bafata 95% des postes , abahutu nabo 5%. Kuvyerekeye naho alternance ethnique umwanya chaque ethnie yotwara yoba propotionnel na pourcentage yayo mu gihugu

      J’aime

  2. Ikintu gihambaye tubona mu banyapolitique b’abarundi ni uku gabangana ubutegetsi nta kindi …n’abandi nivyo bakoreye igihugu…murakoze ….ariko nta gishasha ..kirimwo….ba mugerageza mwandike mu kirundi kugira ba nyarucari bameny ivyo migambi vyiza muriko murabategurira…

    J’aime

    • Ubutegetsi ni bwo buha umuntu uburenganzira bwo gutunganya igihugu. Utabufise nta burenganzira uba ubifitiye. Nta kibi lero kirimwo igihe urondera ubutegetsi muri iyo ntumbero. Lero nawe ntiwofatira muri rusangi abarondera ubutegetsi ngo nta gishasha bazanye, ufatiye ko barondera ubutegetsi gusa, canke ko utashimye ingene bwakoreshejwe. Kuvyandika mu rurimi benshi bumva, ivyo ni vyo.

      J’aime

Laisser un commentaire