Le « fondateur » du CNARED, BANSUBIYEKO Mamès, jette l’éponge et demande aux vieux politiciens de quitter aussi la scène politique

Le « fondateur » du CNARED, BANSUBIYEKO Mamès, jette l’éponge et demande aux vieux politiciens de quitter aussi la scène politique

dsci0811

2 réflexions sur “Le « fondateur » du CNARED, BANSUBIYEKO Mamès, jette l’éponge et demande aux vieux politiciens de quitter aussi la scène politique

  1. Namye mvuga imisi yose ko ingorane Uburundi bufise , ni uko hari abanyapolitique batava kw’izima. Ntaho vyakabonetse ko abarongoye imigambwe bavuga ivy’ibiringo alors que no mu migambwe yabo ivyo biringo bitabaho. Umuntu agatwara umugambwe kuva muri 1993 gushika n’ubu (23 ans) ari wa wundi nyene. Reka abakiri bato nabo barongore iyo migambwe, bahindure ibintu. mUBEHO KUGIRA NGO MUBAHANURE ;
    iNGORANE RERO USANGA, MINANI, NYANGOMA, LEONCE, BAMVUGINYUMVIRA, n’abandi des années 1993, aha simvuze abari ku butegetsi barongoye umugambwe depuis les années 2000, ugasanga nibo BAKIRI AUX REINE DU POUVOIR;
    Twara abandi, hagere aho wemera ko hari abandi bashobora kuba mu kibanza cawe.
    Niko kwubaka , niko gusabikanya, niko kubona expérience y’abandi, niko gu forma la jeunesse de demain.
    TUreke gushira imbere inda zacu, ariko dushire ineza y’igihugu imbere.
    A bon entendeur, salut.

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s