Le Président du MORENA, Mè RUFYIKIRI Isidore, s’adresse aux burundais

Le Président du MORENA, Mè RUFYIKIRI Isidore, s’adresse aux burundais

maitre-rufyikiri-isidore-15092016-213041

2 réflexions sur “Le Président du MORENA, Mè RUFYIKIRI Isidore, s’adresse aux burundais

  1. Abarundi benshi bashaka kuba aba presidents b’Uburundi.Haba mu bahutu canke mu batutsi. Dufate gusa basi ko ari ijana bonyene babishaka.(mu vyujuri bararenga ni co gituma partout ni udusimbirahamwe, umwe wese agira ngo ni je ndabikwiye). None hamwe habaye manda y’imyaka ibiri gusa kandi non renouvellable, nta bwo mwunva ko muri abo ijana uwanyuma azoshikirwa haheze imyaka amajana abiri!!!!!!!!.None azoba akiri ho? Ewe Burundi n’ABARUNDI.

    J'aime

  2. None ni kubera iki Me Rufyikiri agize declaration y’Intambara ku BURUNDI?Erega nuko aba nyapolitike bacu bashaka kuba aba Presidents bose.Niyo ngorane duffise mu Burundi.Ikindi Umututsi atwaye u Burundi Umuhutu ntamwemera.Umuhutu atwaye u Burundi Umututsi ntamwerekwa.Nukuvugako mu Burundi abize amashure nibo bavyonona cane.Bafata mu mutwe gusa kugira ngo bimuke ngo bafise za kaminuza.

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s