3 commentaires sur “Les burundais devraient prendre exemple sur la lutte du Prince Louis RWAGASORE pour sortir de la crise (Émission Spéciale avec KARAYENGA Athanase)

  1. Merci grand frère pour cette réflexion. Tous les Burundais devraient retenir que »Inkoho ntizitanga inguvu ijambo ritaguhaye » . Abashaka gutwara nkuko ,wabivuze nibabanze biyumvire ingene bogitunganya gusumba uko biri ubu imbere y’ukugishikira. Bien parlé, Félicitations.

    J’aime

  2. Uyu Mushingantahe yandyoheye caane bimwe ntotorera urugero. Mbabajwe nuko ariko arahumura gusa nayo iyomba nashobora kuronka umuti pour se rajeunir naca ndawumuhereza buno nyene maze agasubira kuba umu jeune maze akaduteza imbere kuko umutwe wiwe ni Bibliotèque yibereye ngaho. Impanuro ahereje abarundi ni ikintu gikomeye caane bakwiye kwifashishamwo muri uru rugamba abarundi b’umutima twiyemeje. Imana ikomeze kumurinda maze IMANA yukuri imukomeze maze aze abone abuzukuru n’inzukuru Amen!

    J’aime

Laisser un commentaire